Back to LanguagesPrevious ChapterNext Chapter
Rundi - Chapter 112 - Al-Ikhlas
Translation by Sheikh Amissi Radjabu Ntamba — Permalink
Verse 1 — Surah Al-Ikhlas 112:1
Vuga uti:- niyo Mana imwe rudende gusa
Verse 2 — Surah Al-Ikhlas 112:2
Imana yonyene gusa niyo ikwiriwe kwizigirwa
Verse 3 — Surah Al-Ikhlas 112:3
Ntiyavyaye canke ntiyavutse
Verse 4 — Surah Al-Ikhlas 112:4
Kandi ntifise uwo bisa nayo n’umwe