Back to LanguagesPrevious ChapterNext Chapter
Rundi - Chapter 111 - Al-Masad
Translation by Sheikh Amissi Radjabu Ntamba — Permalink
Verse 1 — Surah Al-Masad 111:1
Hari uguhona kw’amaboko abiri ya Abuu lahhabi, nawe akaba yarahonejwe
Verse 2 — Surah Al-Masad 111:2
Amatungo yiwe ntaco azo mumarira, canke ivyo yaronkeye ngaha kw’Isi
Verse 3 — Surah Al-Masad 111:3
Azo kwinjira mu muriro udahera waka urubeya runiniya cane
Verse 4 — Surah Al-Masad 111:4
N’umukenyezi wiwe yatwara inkwi z’urwanko
Verse 5 — Surah Al-Masad 111:5
Mw’izosi ry’iwe hariho umugozi uzinshwe