Back to LanguagesPrevious ChapterNext Chapter
Rundi - Chapter 99 - Az-Zalzalah
Translation by Sheikh Amissi Radjabu Ntamba — Permalink
Verse 1 — Surah Az-Zalzalah 99:1
Mugihe Isi izo nyiganzwa inyigangizo rininiya cane
Verse 2 — Surah Az-Zalzalah 99:2
N’igihe izosohora ibiyiremereye kuriyo vyose
Verse 3 — Surah Az-Zalzalah 99:3
N’umuntu yaravuze ati:- mbega uno musi kuri iy’Isi hari iki
Verse 4 — Surah Az-Zalzalah 99:4
Kuri uwo musi Isi izo sesangura inkuru zayo zose
Verse 5 — Surah Az-Zalzalah 99:5
Kuko Umuremyi wayo yayitegetse kugira gutyo
Verse 6 — Surah Az-Zalzalah 99:6
Kuri uwo musi abantu bazova muntatemwa zabo bari imigwi n’iyindi, kugira ngo berekwe ibikorwa vyabo bagize
Verse 7 — Surah Az-Zalzalah 99:7
Rero uwagize ivyiza naho vyoba bingana n’uburemere bw’akanyegeri azobona impembo yavyo
Verse 8 — Surah Az-Zalzalah 99:8
N’uwagize amabi naho yoba angana n’uburemere bw’akanyegeri azobona impembo yavyo